URURIRIMBO RWA 26
Ni je mwabikoreye
-
1. Har’izindi ntama, zama zikorana
n’abarobanuwe, zikabigana.
Yez’avuga kw’ivy’
umunt’abakorera
abwirizwa Kubironker’impera.
(ICITABIRIZO)
“Ko mwabahojeje, mwarampojeje.
Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.
Ibintu vyose mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.”
-
2. Ati: “Mwarampaye ico nywa nyotewe.
ntimwirengagije uko merewe.”
Na bo bamubaze bati:
“Hari ryari?”
Umwami na we abahishuk’ati:
(ICITABIRIZO)
“Ko mwabahojeje, mwarampojeje.
Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.
Ibintu vyose mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.”
-
3. “Mwe mwarangumyeko, n’aba tuvukana,
indimiro mwanka kuyibatana.”
Umwam’azoc’abwir’
intama ziw’ati:
“Nimutoran’isi, murahiriwe!”
(ICITABIRIZO)
“Ko mwabahojeje, mwarampojeje.
Ivyo vyose mwebwe mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.
Ibintu vyose mwabakoreye
Burya rero ni je mwabikoreye.”
(Raba kandi Imig. 19:17; Mat. 10:40-42; 2 Tim. 1:16, 17.)