Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

Tworoshe ubuzima

Tworoshe ubuzima

Voma:

  1. 1. Ibikayangana tubona

    Is’ivuga ngo birahambaye.

    Ariko tuvyiruts’inyuma​—

    Vyohava bitwifatira.

    (ICITABIRIZO)

    Tworoshe rero

    Ubuzima turimwo.

    Nitubworoshe duhimbarwe.

    Ivyo bituma

    Twama mu munezero.

    Muze tworoshe ubuzima.

  2. 2. Turafise aho kuba,

    Be n’ivyo dufungura.

    Turetse ivyo bikatubumba,

    Bizoduh’umunezero.

    (ICITABIRIZO)

    Tworoshe rero

    Ubuzima turimwo.

    Nitubworoshe duhimbarwe.

    Ivyo bituma

    Twama mu munezero.

    Muze tworoshe ubuzima.

    (INTEGUZA)

    Twe tuzohezagirwa.

    Imana ntizoduta

    Kukw’iradukunda,

    Rer’izodukomeza.

    Twame tuyizera.

  3. 3. Kworosh’ubuzima biraryoshe.

    Bituma twumva dutekaniwe.

    Biraturinda amaganya

    N’Imana tukayih’umwanya.

    (ICITABIRIZO)

    Tworoshe rero

    Ubuzima turimwo.

    Nitubworoshe duhimbarwe.

    Ivyo bituma

    Twama mu munezero.

    Nitubworoshe.

    (ICITABIRIZO)

    Tworoshe rero

    Ubuzima turimwo.

    Nitubworoshe duhimbarwe.

    Ivyo bituma

    Twama mu munezero.

    Muze tworoshe ubuzima.