11-17 Nyakanga
ESITERI 3-5
Ururirimbo rwa 85 n’isengesho
Intangamarara (Umun. 1)
UBUTUNZI BWO MW’IJAMBO RY’IMANA
“Nufashe abandi bakore ivyo bashoboye vyose”: (Imin. 10)
Ducukure ubutunzi bwo muri Bibiliya: (Imin. 10)
Est 4:12-16—Tworwanira gute umwidegemvyo wo gusenga nk’uko Esiteri na Morudekayi babigize? (kr 160 ing. 14)
Mu gisomwa ca Bibiliya c’ino ndwi, ni ibiki wize ku vyerekeye Yehova, ubusuku bwo mu ndimiro canke ikindi kintu?
Igisomwa ca Bibiliya: (Imin. 4) Est 3:1-12 (th icigwa ca 2)
NIWIJUKIRE IGIKORWA CO MU NDIMIRO
Ividewo ya usubiyeyo: (Imin. 5) Nimurabe ividewo ivuga ngo Usubiyeyo: Ubwami—Mt 14:19, 20. Nuhagarike iyo videwo igihe cose iba isa n’iyirangiye, uce ubaza ibibazo biboneka muri iyo videwo.
Usubiyeyo: (Imin. 3) Hera ku gace kajanye na usubiyeyo. Numusigurire ko twigisha abantu Bibiliya, uce umuha agakarata kamenyekanisha ibijanye no kwiga Bibiliya. (th icigwa ca 16)
Inyigisho: (Imin. 5) lff icigwa ca 12, intangamarara n’iciyumviro ca 1-3 (th icigwa ca 15)
UBUZIMA BW’UMUKIRISU
Nube umugenzi wa Yehova—Esiteri yari afise umutima rugabo: (Imin. 5) Guhana ijambo. Nimurabe iyo videwo. Nimba bishoboka, nuce ubaza abana wacaguye uti: Ni mu muce uwuhe woshima kwigana umutima rugabo wa Esiteri?
Ibikenewe iwanyu: (Imin. 10)
Inyigisho ya Bibiliya y’ishengero: (Imin. 30) lff icigwa ca 57
Amajambo yo gusozera (Imin. 3)
Ururirimbo rwa 125 n’isengesho