Amashusho y’ibiterasoni
Yb 31:1; Zb 101:2, 3; Mt 5:27-30; Kl 3:5
Raba kandi 1Kr 6:18; Ef 4:17-19
-
Inkuru zo muri Bibiliya zogufasha:
-
It 6:1, 2; Yud 6—Abamarayika bamwebamwe baritegereje abagore barabipfuza, bikwegera akarambaraye
-
2Sm 11:2-4—Kubera ko Dawidi yabandanije kuraba Batisheba ariko aroga, yararenze ibigo na we, mu nyuma na ho yica umugabo wiwe
-