Raporo yo mu 2015 yose ifatiwe hamwe
Ibiro vy’amashami y’Ivyabona vya Yehova: 89
Igitigiri c’ibihugu bitanga raporo: 240
Amashengero yose hamwe: 118.016
Abitavye Icibutso kw’isi yose: 19.862.783
Abihereje ku bimenyetso vy’Icibutso kw’isi yose: 15.177
Abamamaji bose hamwe: 8.220.105
Incahagati y’abamamaji buri kwezi: 7.987.279
Iyongerekana ugereranije na 2014: 1,5
Ababatijwe bose hamwe: 260.273
Incahagati y’abatsimvyi bafasha buri kwezi: 443.504
Incahagati y’abatsimvyi buri kwezi: 1.135.210
Amasaha yo mu ndimiro yose hamwe: 1.933.473.727
Incahagati y’inyigisho zayobowe buri kwezi: 9.708.968
Mu mwaka w’umurimo wa 2015, Ivyabona vya Yehova basohoye amadolari y’Abanyamerika arenga imiliyoni 236 (nk’amarundi arenga imiliyaridi 364) mu kubungabunga abatsimvyi badasanzwe, abamisiyonari be n’abacungezi b’ingenzi mu gikorwa bashinzwe co mu ndimiro. Kw’isi yose, abasuku bose hamwe bakorera ku biro vy’amashami ni 26.011. Bose ni abo mu bagize Urwego rwo kw’isi yose rw’abasuku badasanzwe b’igihe cose b’Ivyabona vya Yehova.