Ku wa gatandatu
«Uko bukeye, nimutangaze inkuru nziza y’ubukiriro atanga»—Zaburi 96:2
Mu gitondo
-
2:20 Ividewo y’umuziki
-
2:30 Ururirimbo No. 53 n’isengesho
-
2:40 «Ntegerezwa kumenyesha inkuru nziza y’Ubwami» (Luka 4:43)
-
2:50 IGIKINO:
Inkuru yerekeye igikorwa ca Yezu: Epizode ya 1
Umuco w’ukuri w’isi—Igice ca 2 (Matayo 2:1-23; Luka 2:1-38, 41-52; Yohani 1:9)
-
3:25 Ururirimbo No. 69 n’amatangazo
-
3:35 INSIGURO Y’IBICE BITANDATU: Iranguka ry’ubuhanuzi bwerekeye Mesiya
-
• Imbere yiwe habanje kuza intumwa (Malaki 3:1; 4:5; Matayo 11:10-14)
-
• Yavyawe n’umwigeme w’isugi (Yesaya 7:14; Matayo 1:18, 22, 23)
-
• Yavukiye i Betelehemu (Mika 5:2; Luka 2:4-7)
-
• Yarakingiwe akiri umwana (Hoseya 11:1; Matayo 2:13-15)
-
• Yiswe Umunyanazareti (Yesaya 11:1, 2; Matayo 2:23)
-
• Yashitse ku gihe cashinzwe (Daniyeli 9:25; Luka 3:1, 2, 21, 22)
-
-
4:40 IBATISIMU: Nubandanye ‘gukurikiza ivyo wamamaza bijanye n’inkuru nziza’ (2 Abakorinto 9:13; 1 Timoteyo 4:12-16; Abaheburayo 13:17)
-
5:10 Ururirimbo No. 24 n’akaruhuko
Ku muhingamo
-
6:35 Ividewo y’umuziki
-
6:45 Ururirimbo No. 83
-
6:50 INSIGURO Y’IBICE BINE: Nukoreshe inkuru nziza mu gutsinda amakuru mabi
-
• Ibintu bibi batuvugako (Yesaya 52:7)
-
• Ukwiyagiriza (1 Yohani 1:7, 9)
-
• Ibiba muri iki gihe (Matayo 24:14)
-
• Ugucika intege (Matayo 11:28-30)
-
-
7:35 INSIGURO Y’IBICE BITATU: ‘Numenyeshe inkuru nziza ubishashaye’
-
• Si igikorwa c’intumwa gusa (Abaroma 1:15; 1 Abatesalonika 1:8)
-
• Ni uburyo bwo gusenga (Abaroma 1:9)
-
• Niwitegure ufise n’ibikoresho ukeneye (Abanyefeso 6:15)
-
-
8:15 IVIDEWO: Ingene ‘inkuru nziza iriko irama ivyamwa yongera ikwiragira mw’isi yose’ (Abakolosayi 1:6)
-
8:40 Ururirimbo No. 35 n’amatangazo
-
8:50 INSIGURO Y’IBICE BIBIRI: Nugume wamamaza inkuru nziza
-
• Aho woba uri hose (2 Timoteyo 4:5)
-
• Ahantu hose Imana ikurungitse (Ivyakozwe 16:6-10)
-
-
9:15 Uzokora iki «ku bw’inkuru nziza»? (1 Abakorinto 9:23; Yesaya 6:8)
-
9:50 Ururirimbo No. 21 n’isengesho risozera