UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Ruheshi 2022
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 8 Myandagaro–4 Nyakanga 2022.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 24
Yehova ni ntangere mu guharira
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 25
Yehova arahezagira abaharira abandi
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 26
Ingene urukundo rudufasha gutsinda ubwoba
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 27
“Niwizigire Yehova”
Wari ubizi?
Abaroma boba bari kwemera ko umuntu nka Yezu bishe bamanitse ku giti ahambwa mu buryo bubereye?
Wari ubizi?
Abantu bo mu bihe vya Bibiliya bamenya gute ko umwaka canke ukwezi vyatanguye?