UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Nzero 2024

Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 4 Ntwarante–7 Ndamukiza 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 1

Niwizigire Yehova igihe ufise ubwoba

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 4-10 Ntwarante 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 2

Woba witeguriye umusi uhambaye kuruta iyindi yose y’umwaka?

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 11-17 Ntwarante 2024.

Woba ufata abagore nk’uko Yehova abafata?

Naho umuvukanyi yoba yakuriye mu mico kama imeze gute, arashobora kwigana Yehova mu gutafa abagore mu buryo buranga urukundo n’icubahiro.

Wari ubizi?

Ya nkone y’Umunyetiyopiya yariko agendera ku ngendeshwa imeze gute igihe Filipo yamwegera?

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 3

Yehova azokuba hafi mu bihe bitoroshe

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 25-31 Ntwarante 2024.

IKIGANIRO C’UKWIGA CA 4

Yehova aragukunda cane

Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 1-7 Ndamukiza 2024.