UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Myandagaro 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 7 Gitugutu–10 Munyonyo 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 31
Ivyo Yehova yakoze kugira ngo arokore abacumuzi
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 7-13 Gitugutu 2024.
Ibibazo vy’abasomyi
Ibivugwa mu 2 Abatesalonika 3:14 bijanye no gushira ikimenyetso ku muntu, vyoba bigirwa n’abakurambere canke bigirwa n’umukirisu umwumwe ku giti ciwe?
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 32
Yehova ashaka ko bose bigaya
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 14-20 Gitugutu 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 33
Ingene ishengero ryokwigana ukuntu Yehova abona abacumuzi
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 21-27 Gitugutu 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 34
Ingene abakurambere bafasha abacumuzi babigiranye urukundo n’imbabazi
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 28 Gitugutu–3 Munyonyo 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 35
Ingene abakurambere bofasha abakuwe mw’ishengero
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 4-10 Munyonyo 2024.
Ibimenyeshejwe abasomyi
Uyu Munara urimwo ibiganiro vy’ukwiga vyerekana ingene Yehova abona ababa bacumuye be n’ingene abafasha. Ivyo biganiro biratwereka n’ingene twokwigana impuhwe ziwe, urukundo rwiwe n’imbabazi ziwe.