UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Mukakaro 2023
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 11 Nyakanga–8 Gitugutu 2023.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 29
Woba witeguriye ya makuba akomeye?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 11-17 Nyakanga 2023.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 30
Nugume utsimbataza urukundo
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 18-24 Nyakanga 2023
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 31
“Nimushikame, ntimunyiganyige”
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 25 Nyakanga–1 Gitugutu 2023.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 32
Niwigane Yehova, ube umuntu atarenza urugero
Kizokwigwa ku ndwi yo ku wa 2-8 Gitugutu 2023.
Wari ubizi?
Amatafari yubuwe mu bisigarira vya Babiloni ya kera be n’ingene bayakora vyerekana gute ko ivyo Bibiliya ivuga ari ukuri?