UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA) Gitugutu 2024
Iyi nomero irimwo ibiganiro vy’ukwiga kuva ku wa 9 Kigarama 2024–5 Nzero 2025.
1924—Imyaka 100 irarangiye
Mu 1924, Abatohoji ba Bibiliya barakoresheje uburyo bushasha bwo kwamamaza kugira babandanye gutangaza inkuru nziza.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 40
Yehova ‘arakiza abavunitse umutima’
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 9-15 Kigarama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 41
Ivyo Yezu yakoze mu misi 40 ya nyuma yamaze kw’isi bitwigisha iki?
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 16-22 Kigarama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 42
Niwerekane ko ushima «ingabire zigizwe n’abagabo»
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 23-29 Kigarama 2024.
IKIGANIRO C’UKWIGA CA 43
Ingene twotsinda inkeka
Kizokwigwa mu ndwi yo ku wa 30 Kigarama 2024–5 Nzero 2025.
Wari ubizi?
Umuziki wari uhambaye ku rugero rungana iki muri Isirayeli?
Ibibazo vy’abasomyi
Ibaraza ry’urusengero rwa Salomo ryareha gute?
Niwiyibutse ivyiyumviro nyamukuru
Vyoba birashika ukibagira ivyo wari uhejeje kwiga? Ni igiki cogufasha?