BE MASO! Kigarama 2015 | Kuronka amahoro mu rugo
Urashobora gutuma mu rugo iwanyu amatati ahera mukiberaho mu mahoro.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ni igiki gitera amatati mu muryango?
Ibintu bivugwa muri iki kiganiro vyoba bikunze kubashikira?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Icobafasha gutorera umuti amatati
Raba ibintu bitandatu vyobafasha gutorera umuti amatati mu muryango, mukaronka amahoro.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Icogufasha kuzigama amahoro mu muryango
Impanuro zo muri Bibiliya zoba zishobora gufasha urugo rurimwo amatati kuronka amahoro? Raba ivyo abakurikiza izo mpanuro babivuzeko.
ICOFASHA UMURYANGO
Kutamera kumwe
Vyoba bimaze gushika ukabona ko we n’uwo mwubakanye mutameze kumwe?
Mbega ibifi!
Igifi gipima amatoni 80 gishobora gute kugira agatebetebe?
TWISUNZE BIBILIYA
Bitugendera gute iyo dupfuye?
Umuntu apfuye yoba aca yimukira mu kandi karere? Abapfuye bamerewe gute?
UDUKURU TW’IRYA N’INO
Uko vyifashe i Buraya
Amakuru aherutse gushikirizwa, arashigikira ibivugwa muri Bibiliya mu buryo bushobora kugutangaza.
Ironderero ry’ibiganiro vyo muri Be maso! zo mu 2015
Urutonde rw’ibiganiro vyasohowe muri Be maso! mu 2015, bitondetse hisunzwe ico bivuga.
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Ubushobozi umubiri ufise bwo gukira igihe ukomeretse
Abahinga bariko bigana gute ubwo bushobozi mu vyo bahingura?
Ibindi usanga kuri internet
Gutanga biragutera umunezero
Hariho uburyo bwinshi bwo gutanga. Woshobora kwiyumvira bumwebumwe?
Vyose ndabikesha intoke
James Ryan yavutse atumva mu nyuma na ho aca arahuma. Ni igiki catumye agira ubuzima buri n’intumbero nyakuri?