BE MASO! Gitugutu 2015 | Ibibazo 3 abantu boshima kubaza Imana
Abantu benshi ntibacemera amadini kandi ntibanyurwa n’inyishu atanga ku bibazo bihambaye mu buzima. Mugabo Bibiliya iratanga inyishu zishika ku nyota ku bibazo abantu bakunda kubaza.
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ibibazo bitatu abantu boshima kubaza Imana
Kubera iki turiho? Kubera iki Imana ireka abantu bakababara? Kubera iki amadini yuzuye uburyarya?
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Umuserebanyi ukwega amazi ukoresheje urusato
Uwo muserebanyi ubigenza gute mu gukwega amazi uyacishije mu maguru kugeza aho ashika mu kanwa?
IBIHUGU N’ABABIBAMWO
Tuje muri Uzbekistani
Numenye vyinshi ku bijanye na Uzbekistani be n’ingene indome zaho zagiye zirahindagurika.
ICOFASHA UMURYANGO
Igihe bibaye ngombwa ko usubira muhira
Woba warigeze kuja kwibana, mugabo usanga ubuzima buragoye? Ehe raba impanuro zogufasha.
Igihe uwawe arwaye
Umuntu arahagarika umutima iyo agiye kwa muganga canke yinjiye ibitaro. Wofasha gute umugenzi canke incuti kuvyifatamwo neza mu ngorane?
UDUKURU TW’IRYA N’INO
Uko ivy’imiryango vyifashe
Ni ingorane izihe zikunda gushikira imiryango? Ni hehe abayigize bokura impanuro ngirakamaro zobafasha?
Ibindi usanga kuri internet
‘Yehova ni we yaremye vyose’
Urazi ikintu ca mbere Imana yatanguye kurema? Jana na Kalebu, ubone uko ibintu vyagiye biraremwa!