BE MASO! Myandagaro 2013 | Ushobora kubaho igihe kingana gute?
Abantu benshi bizera ko ubuhinga bwa siyansi be n’iterambere mu vy’ubuvuzi bishobora gutuma abantu barushiriza kuramba. Abahinga mu vya siyansi boba bazokwubura icotuma umuntu abaho ibihe bidahera?
Udukuru tw’irya n’ino
Muri utwo dukuru harimwo utwerekeye: Indwara ya malariya yasubiye kwaduka mu Bugiriki, abakenyezi bo mu Bushinwa bafise abana kandi batubatse, abasirikare bo muri Leta Zunze Ubumwe za Amerika biyahura, n’ibindi n’ibindi.
ICOFASHA UMURYANGO
Wofasha gute umwana wawe yigirira nabi ku mubiri?
Hari abana b’imiyabaga bigirira nabi ku mubiri n’ibingirankana. Biva ku ki? Wofasha gute umwana wawe?
IKIGANIRO GIHUYE N’IBIRI KU GIPFUKISHO
Ushobora kubaho igihe kingana gute?
Kumenya imvo ituma dusaza amaherezo tugapfa biradufasha gutahura igihe dushobora kumara.
IKIGANIRO TWAGIRANYE NA
Umuganga abaga ingingo z’amagufa asigura icatumye yemera Imana
Dogoteri Irène Hof Laurenceau arasigura icatumye aba Icabona ca Yehova.
Woba ukwiye kwemera Ubutatu?
Idini urimwo ryoba ryigisha Ubutatu? Keredo y’i Nicée yoba ifitaniye isano n’ivyo wemera?
TWISUNZE BIBILIYA
Inzoga
Numenye ingingo ngenderwako zo muri Bibiliya zogufasha kubona inzoga mu buryo buri ku burimbane.
VYOBA VYARIYADUKIJE?
Ingene inyoni yitwa albatros hurleur iguruka
Nurabe ingene iyo nyoni ibigenza kugira imare amasaha n’amasaha iguruka idakubise amababa na rimwe!
Ibindi usanga kuri internet
Kubera iki nikebagura?
Abakiri bato benshi barafise ingorane yo kwigirira nabi ku mubiri. Nimba ufise iyo ngeso, ushobora gute kuronka imfashanyo?
Abantu bavugwa muri Bibiliya bari bameze nka Yozefu
Voma aka gakorwa, ugacapure maze udondagure ivyo Yozefu ahuriyeko n’abandi bantu batanu bavugwa muri Bibiliya.