Ja ku birimwo

Ja ku rutonde rw’ibirimwo

B14-A

Urudandaza

  • Ingero zikoreshwa mu gupima ibiseseka

  • Koro (bati 10 / hini 60)

    L 220

  • Bati (hini 6)

    L 22

  • Hini (logi 12)

    L 3,67

  • Logi (112 ca hini)

    L 0,31

  • Ingero zikoreshwa mu gupima ibintu vyumye

  • Homeri (koro 1 / efa 10)

    L 220

  • Efa (seya 3 / omeri 10)

    L 22

  • Seya (omeri 3 na 13 cayo)

    L 7,33

  • Omeri (kabu 1 na 45 vyayo)

    L 2,2

  • Kabu

    L 1,22

  • Konigisi

    L 1,08

  • Ingero z’uburebure

  • Irenga rirerire (intambwe ndende 6 z’ukuboko uciriye mu nkokora)

    m 3,11

  • Irenga (intambwe 6 z’ukuboko uciriye mu nkokora)

    m 2,67

  • Igipimo c’uburebure bw’amazi

    m 1,8

  • Intambwe ndende y’ukuboko uciriye mu nkokora (ubwaguke bw’ikiganza incuro 7)

    cm 51,8

  • Intambwe y’ukuboko uciriye mu nkokora (intambwe y’intoke incuro 2 / ubwaguke bw’ikiganza incuro 6)

    cm 44,5

  • Intambwe ngufi y’ukuboko uciriye mu nkokora

    cm 38

  • Sitadiyo 1 y’Abaroma

    = m 185

  1. 1 Ubwaguke bw’urutoki (14 c’ubwaguke bw’ikiganza)

    cm 1,85

  2. 2 Ubwaguke bw’ikiganza (ubwaguke bw’urutoke incuro 4)

    cm 7,4

  3. 3 Intambwe y’intoke (ubwaguke bw’ikiganza incuro 3)

    cm 22,2