A7-E
Ibintu nyamukuru vyabaye mu buzima bwa Yezu bwo kw’isi: Igikorwa nyamukuru Yezu yakoreye i Galilaya (Igice ca 3) n’i Yudaya
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 32, inyuma ya Pasika |
Ikiyaga ca Galilaya; Betsayida |
Yezu mu bwato aja i Betsayida, aragabisha ku mwambiro w’Abafarizayo; akiza impumyi |
||||
Akarere ka Sezariya ya Filipo |
Impfunguruzo z’Ubwami; avuga ibijanye n’urupfu rwiwe n’izuka ryiwe |
|||||
Kumbure ku msz. Herumoni |
Ahinduka ukundi; Yehova avuga |
|||||
Akarere ka Sezariya ya Filipo |
Akiza umuhungu yiziziwe n’amadayimoni |
|||||
Galilaya |
Yongera kuvuga ivy’urupfu rwiwe |
|||||
Kaperinawumu |
Ariha ikori n’igiceri cavuye mw’ifi |
|||||
Uwusumba abandi mu Bwami; ibigereranyo: intama yatakaye n’umushumba atagira imbabazi |
||||||
Galilaya-Samariya |
Ariko aja i Yeruzalemu, abwira abigishwa guheba vyose ku bw’Ubwami |
Igikorwa Yezu yakoreye i Yudaya mu nyuma
IGIHE |
IKIBANZA |
IVYABAYE |
MATAYO |
MARIKO |
LUKA |
YOHANI |
---|---|---|---|---|---|---|
Mu 32, ku musi mukuru w’insago (canke w’amahema) |
Yeruzalemu |
Yigisha ku musi mukuru; abapolisi barungikwa kumufata |
||||
Avuga ati: «Ndi umuco w’isi»; akiza umugabo yavutse ari impumyi |
||||||
Kumbure i Yudaya |
Arungika 70; bagaruka banezerewe |
|||||
Yudaya; Betaniya |
Ikigereranyo c’Umusamariya w’imbabazi; agendera Mariya na Marita |
|||||
Kumbure i Yudaya |
Asubira kwigisha rya sengesho; ikigereranyo c’umugenzi yumirako |
|||||
Yirukana amadayimoni n’urutoke rw’Imana; asubira gutanga ikimenyetso ca Yona |
||||||
Asangira n’Umufarizayo; yiyamiriza ubwiyorobetsi bw’Abafarizayo |
||||||
Ibigereranyo: umutunzi w’ikijuju n’umubwiriza w’umwizigirwa |
||||||
Akiza umugore amugaye kw’isabato; ibigereranyo: agatete ka sinapi, umwambiro |
||||||
Mu 32, umusi wo kwegura urusengero |
Yeruzalemu |
Ikigereranyo c’umwungere mwiza; barondera kumutera amabuye; aja i Betaniya hakurya ya Yorodani |