EREKANA Igitabu ca Bibiliya Itanguriro Kuvayo Abalewi Guharura Gusubira mu vyagezwe Yosuwa Abacamanza Rusi 1 Samweli 2 Samweli 1 Abami 2 Abami 1 Ngoma 2 Ngoma Ezira Nehemiya Esiteri Yobu Zaburi Imigani Umusiguzi Indirimbo ya Salomo Yesaya Yeremiya Gucura intimba Ezekiyeli Daniyeli Hoseya Yoweli Amosi Obadiya Yona Mika Nahumu Habakuki Zefaniya Hagayi Zakariya Malaki Matayo Mariko Luka Yohani Ivyakozwe Abaroma 1 Abakorinto 2 Abakorinto Abagalatiya Abanyefeso Abafilipi Abakolosayi 1 Abatesalonika 2 Abatesalonika 1 Timoteyo 2 Timoteyo Tito Filemoni Abaheburayo Yakobo 1 Petero 2 Petero 1 Yohani 2 Yohani 3 Yohani Yuda Ivyahishuwe Ikigabane 1 2 3 Igitabu ca Habakuki Ibigabane 1 2 3 Ibirimwo muri make 1 Habakuki atabaza (1-4) «Ewe Yehova, nzogeza ryari?» (2) «Kubera iki wirengagiza agacinyizo?» (3) Abakaludaya bazoshitsa urubanza rw’Imana (5-11) Habakuki atakambira Yehova (12-17) «Mana yanje, wewe ntupfa» (12) «Uratyoroye rwose ku buryo utokwitegereza ikibi» (13) 2 «Nzoguma nderetse kugira ngo ndabe ico azovuga» (1) Uko Yehova yishuye Habakuki (2-20) «Ugume urindiriye ivyo weretswe» (3) Umugororotsi azobeshwaho n’uko ari umwizigirwa (4) Ivyago bitanu bizoshikira Abakaludaya (6-20) Isi izokwuzura ubumenyi bwerekeye Yehova (14) 3 Habakuki asaba Yehova ngo ahaseruke (1-19) Imana izokiza abantu bayo yarobanuye (13) Nzokwigina Yehova no mu bihe bigoye (17, 18) Ibiheruka Ibikurikira Capura Rungika Rungika Habakuki: ibirimwo muri make BIBILIYA Y'ISI NSHASHA (YASUBIWEMWO MU 2013) Habakuki: ibirimwo muri make Ikirundi Habakuki: ibirimwo muri make https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/1001061100/univ/wpub/1001061100_univ_sqr_xl.jpg nwt Habakuki rup. 1468-1469