Filipine: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 113.964.000
- Abigisha Bibiliya: 253.876
- Amashengero y’Ivyabona: 3.552
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 464
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Naracitse “vyose ku bantu b’uburyo bwose”
Ibikorwa bitandukanye Denton Hopkinson yagiye arashingwa kuva akiri muto vyaramufashije kubona ko Yehova akunda abantu b’uburyo bwose.
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Baritanze babikunze muri Filipine
Numenye icatumye bamwebamwe baheba ubuzi bwabo, bakagurisha ivyo batunze, maze bakimukira mu turere turi ukwa twonyene two muri Filipine.