Malawi: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 20.728.000
- Abigisha Bibiliya: 109.108
- Amashengero y’Ivyabona: 1.882
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 211
UMUNARA W’INDERETSI (INTEGURO Y'UKWIGA)
Nararetse Yehova arayobora intambuko zanje
Inkuru y’ubuzima: Keith Eaton
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Ingene bakurikiye ihwaniro kuri televiziyo no kw’iradiyo
Abantu barashoboye kuronka ihwaniro ryo mu 2020 kuri internet, ariko abenshi muri Malawi no muri Mozambike ntibakoresha internet. None bashoboye gute gukurikirana ihwaniro?
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Televiziyo ya JW kuri satelite iriko irashika mu mihingo itagira internet
Abavukanyi bo muri Afrika bashobora gute kuraba Televiziyo ya JW badafise internet?
AMAKURU AGEZWEHO
Abana babiri b’Ivyabona vya Yehova bari barirukanywe baremerewe gusubira kw’ishure
Abo banyeshure bari birukanywe kubera banse kuririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu. Abayobozi b’ishure barabemereye gusubira kwiga.
IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA
Impumyi zo muri Afrika ntizibagiwe
Impumyi zo muri Malawi zirakenguruka kuba zironka ibitabu vy’impumyi biri mu gicicewa.