Ubutaliyano: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 58.851.000
- Abigisha Bibiliya: 250.193
- Amashengero y’Ivyabona: 2.804
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 236
BE MASO!
Tuje mu Butaliyano
Ubutaliyano burazwi cane kubera kahise kabwo, ubwiza bwaho butandukanye, n’ukuntu abantu baho bakunda kwifatanya n’abandi. Nusome ivyerekeye ico gihugu be n’igikorwa Ivyabona vya Yehova baharangurira.