Équateur: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 16.939.000
- Abigisha Bibiliya: 100.195
- Amashengero y’Ivyabona: 1.212
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 171
INGENE INTERERANO MUTANGA ZIKORESHWA
Kuburanira umwidegemvyo wo gusenga mu turere tw’abasangwabutaka
Igihe abaturwanya baburabuza uburenganzira Ivyabona vya Yehova bafise bwo gusenga mu mwidegemvyo, abavukanyi baciye bahaguruka kugira bagire ico bafashije.