Amazinga ya Cook: Ibitigiri nyamukuru
- Abanyagihugu: 17.000
- Abigisha Bibiliya: 193
- Amashengero y’Ivyabona: 3
- Igitigiri c’Ivyabona vya Yehova ugereranije n’abanyagihugu: 1 ku 92
Kw’izinga rya Rarotonga, rimwe mu Mazinga ya Cook: Ivyabona bariko baratumira umuntu ku makoraniro yabo y’ishengero