Ja ku birimwo

Kugendera Beteli

Turagutumiye n’igishika cinshi ngo uzoze kugendera ibiro vyacu vy’amashami, ibikunze kwitwa Beteli. Ku biro vy’amashami bimwebimwe hariho amaratiro umuntu ashobora kwitemberezamwo.

Gusubira kugendera Beteli: Mu bihugu vyinshi, abantu barasubiye kugendera ibiro vyacu vy'amashami kuva ku wa 1 Ruheshi 2023. Wipfuza ayandi makuru, nuyabaze ibiro vy'ishami ushaka kugendera. Turakwinginze ntuzogendere Beteli mu gihe boba bagutoye korona, ufise ibimenyetso vy’inkorora canke giripe, canke uherutse kumarana umwanya n’umuntu batoye korona.

Ubuhindi

927/1 Addevishwanathapura

Rajanukunte

BENGALURU-KAR 560 064

UBUHINDI

+91 80-2309-2400

Kuhagendera

Kuva ku wa mbere gushika ku wa gatanu

Isaha 2:00 n’isaha 4:00 zo mu gitondo, isaha 7:00 n’isaha 9:00 zo ku muhingamo

Utemberezwa mw’isaha n’igice

Ibintu nyamukuru bihakorerwa

Barahindura ibitabu bishingiye kuri Bibiliya mu ndimi 18 zo mu Buhindi. Baracapura ibitabu mu ndimi 24 zo mu Buhindi. Bararungika ibitabu hirya no hino mu Buhindi no mu bindi bihugu icenda.

Nuvome agatabu k’ibihakorerwa