Ingene Bibiliya nshasha yakozwe VUZA Ingene Bibiliya nshasha yakozwe Raba ingene Bibiliya y’isi nshasha yasubiwemwo mu 2013 yakozwe. Muradutunga, vyanse gusomwa. Voma iyi videwo Raba kandi IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA Ntikomeye ngo isigaze! Integuro yo mu 2013 ya Bibiliya y’isi nshasha ica ibibatsi kandi ntizova ku musozi. UBUZIMA BWO KURI BETELI Iratiro ridasanzwe ry’ivya Bibiliya Kuva kera na rindi, Yehova Imana yaramenyesheje abantu izina ryiwe. Raba ingene mu myaka n’iyindi iryo zina ryazigamwe mu mpinduro zitandukanye za Bibiliya. IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA Bajejwe guhindura mu zindi ndimi “amajambo meranda y’Imana”—Abaroma 3:2 Mu kinjana giheze, Ivyabona vya Yehova barakoresheje impinduro zitari nke za Bibiliya. Kubera iki bahinduye Bibiliya mu congereza ca none? IBIBAZO BIKUNZE KUBAZWA Amahera Ivyabona vya Yehova bakoresha ava he? Ntidukoresha uburyo nk’ubwo ayandi madini akoresha. Capura Rungika Rungika Ingene Bibiliya nshasha yakozwe IGIKORWA KIJANYE N’IBISOHORWA Ingene Bibiliya nshasha yakozwe Ikirundi Ingene Bibiliya nshasha yakozwe https://cms-imgp.jw-cdn.org/img/p/502015161/univ/art/502015161_univ_sqr_xl.jpg