Ururirimbo rwa 41: Ndakwinginze wumve isengesho
Aho twoba turi hose canke ivyo twoba turiko turakora vyose, turashobora gusenga Yehova kandi akatwumviriza.
Raba kandi
NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)
Ni igiki wosenga ubwira Yehova uno musi?
Niwandike ibintu ushaka kubwira Imana mw’isengesho canke ubicape.
AMAVIDEWO
Niwigire ku bagenzi ba Yehova
INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA
Udukorwa tw’abana
Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.