Ja ku birimwo

Icigwa ca 31: Kunda inzu ya Yehova

Icigwa ca 31: Kunda inzu ya Yehova

Ingoro y’Ubwami twoyitwararika gute?

Raba kandi

NUBE UMUGENZI WA YEHOVA (UDUKORWA)

Kunda inzu ya Yehova

Nufashe mu gutuma inzu y’Imana iguma isukuye.

INYIGISHO ZO MURI BIBILIYA

Udukorwa tw’abana

Nukoreshe utu dukorwa two gukina dushingiye kuri Bibiliya mu kwigisha abana bawe ivy’Imana.